BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Trump avuga ko Amerika igiye kugabanya imyitozo ya gisirikare ikorana na Koreya y’Epfo nyuma y’uko itifatanyije na yo mu ntambara na Iran
Perezida w’Amerika Donald Trump yavuze ko Amerika igiye kugabanya kuburyo bugaragara imyitozo ya gisirikare ihuriweho na Koreya y’Epfo, avuga ko afitanye “umubano mwiza cyane” n’umutegetsi wa Koreya ya Ruguru, Kim Jong Un.
Zambia: Leta ishinja umukuru w'abatavuga rumwe na yo kugirana isano no kwigomeka kwitwaje intwaro
Umukandida perezida Brian Mundubile ni umwe mu bantu 11 batawe muri yombi bashinjwa kugirana isano no kwigomeka kwitwaje intwaro.
Emwe hariho n'abavuze ko nabataburiye ama 'décret', ariko si vyo – Angeline Ndayishimiye
Mu kiganiro cihariye na BBC Gahuzamiryango, umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Angeline Ndayishimiye, yarishuye ku bibazo bitandukanye ku migambi yiwe no ku bikunze kumuvugwako bifitaniye isano na politike y'Uburundi.
Ayavugwa mu mupira w'amaguru : Bishobora kuba ngombwa ko Arsenal itanga ayarenga miliyoni 60 kugira ironke Osimhen
Aston Villa iri mu biganiro bijanye no kugura Zion Suzuki, ivyo bikaba vyongerereje Juventus umwizero wo gusinyisha Emiliano Martinez, mu gihe Arsenal yamaze kumenyeshwa igiciro ca Victor Osimhen.
Twavyumviye ku mbuga ngurukanabumenyi – Uganda ku nzoga zayo zankiwe kwinjira mu Rwanda
Reta y'Urwanda imaze imisi mu gikorwa co gutuza inzoga zivugwa ko zidakwije ubuziranenge, aho inganda zirenga 100 zugawe. Mu nzoga zankiwe kwinjira mu Rwanda harimwo izikorerwa muri Tanzaniya, Kenya, Uburundi na Uganda.
Ivy'Uburusiya na Ukraine bizoherera he?
Abantu batanu bapfuye mu bitero bikomeye Uburusiya bwagavye ku murwa mukuru wa Ukraine mw'ijoro ryakeye, mu gihe Ukraine na yo yakoresheje ‘drones’ zirenga 600 mu kurasa mu Burusiya.
Indonésie : Abatabazi bariko bararondera abarokotse nyamugigima idasanzwe
Abategetsi bavuga ko hariko hagirwa isuzuma ryihuta kugira hamenyekane ingaruka za nyamugigima ikomeye cane yasambuye inyubakwa amajana ihitana n’abantu 47.
Ni gute Elon Musk na Jeff Bezos batera inkunga irushanwa ryabo riberekeza mu isanzure?
Mu myaka irenga makumyabiri ishize, abantu babiri mu baherwe bakize cyane ku isi batangiye gukurikirana inzozi zabo zo kohereza abantu mu ngendo z'ubucuruzi bwite mu isanzure. Ariko izo nzozi zahindutse irushanwa hagati y'umuherwe Elon Musk binyuze muri sosiyete ye ya SpaceX n'umuherwe Jeff Bezos.
Banderol: Menya iyi misile nshya y'Uburusiya imeze nk'indege zitajamwo umupilote
Biragaragara ko Uburusiya bwatangiye gukoresha misile nshya yitwa Banderol mu bitero byayo kuri Ukraine. Impuguke zivuga ko ari misile igizwe n"ubwoko bwa drone, igisasu na bombe."
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Kigali: Abatuye mu kajagari bagiye kubakirwa amazu mashya aho kwimurwa
''Barasabwa kumenyera ubuzima mu gace gashya kazaba gahenze cyane kandi nta cyo binjiza. None se nibamuha gaz yinjira, azashobora gukomeza kuyigurira ?"
Rwanda: Umukuru w'ikigo cy'ubuziranenge bw'ibiribwa n'imiti yatawe muri yombi bijyanye n'inzoga 'zitujuje ubuziranenge'
Prof Emile Bienvenu ni umwe mu bandi bantu barenga 10 bo mu nzego za leta berekanwe i Kigali ku wa kane n'inzego zishinzwe umutekano.
Kugira ibibero binini bishobora gutuma ubaho igihe kirekire?
Ubushakashatsi bwagaragaje ko ibinure byo kubibero no ku matako bishobora kurinda imibiri yacu, kuko uturemangingo tw’ibinure muri utwo duce dufite ubushobozi bwo gufata aside y’ibinure ishobora kwangiza umubiri.
Burundi: 'Iyo itaba isoko twubuye muri Congo, tuba twaragize ikibazo gikomeye' - BRARUDI
Brarudi yemeye ku mugaragaro ivyari bimaze igihe mu ntamatama nk'igituma ibinyobwa vyaryo bitakiboneka neza kw'isoko ryo mu Burundi.
Umubiri wacu ukeneye izuba ringana iki?
Abahanga bavuga ko kumara igihe kirekire cyane ku zuba bitongera ingano ya vitamini D umubiri ukora, ahubwo byongera ibyago byo gutwika uruhu, guhinduka kw'ibara ryarwo no gusaza imburagihe.
APR FC yandikiye CAF isaba ko imikino iyihuza na Les Aigles du Congo yimurirwa ahandi
Ishyirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Rwanda rivuga ko ryakiriye ubusabe bwa APR FC na ryo rikabugeza ku mpuzamashyirahamwe y'umupira w'amaguru muri Afurika ngo ibusuzume.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































